Amazina y’abami batwaye uburundi:
1)Ruhinda (Mugabe w’ibuha)
2)Ntare I Rushatsi Cambarantama (~1400-1457)
3)Mwezi I Nyaburunga (1457-1490)
4)Mutaga I Musatura (1490-1525)
5)Mwambutsa I Jabwe (1525-1532)
6) Ntare II Bijinyari (1532-1567)
7)Mwezi II Mbibe (1567-1581)
8)Mutaga II Nkomati (1581-1620)
9)Mwambutsa II Ndaruzaniye (1620-1628)
10) Ntare III Kivimira Semugazashamba (1628-1680)
11) Mwezi III Kavuyimbo (1680-1700)
12) Mutaga III Rutamo Senyamwiza (1700-1732)
13) Mwambutsa III Mbonuburundi (1732-1740)
14) Ntare IV Rugamba Rubogora (1740-1820)
15)Mwezi IV Bikata Bijoga Gisabo (1820-1908)
16) Mutaga IV Mbikije (1908-1915)
17) Mwambutsa IV Bangiricenge Rubangisha (1915-1966)
17) Ntare V Ndizeye(1966)