Ijambo ry’Imana, ku wa gatandatu mweranda IGITERAMO CA PASIKA MW’IJORO RYERANDA IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Amamuko (1, 1-2, 2)Igisomwa kigufi : 1, 1. 26-31a. Imana yitegereje ivyo yagize vyose, vyari vyiza cane Mu ntango, Imana yaremye ijuru n’isi Igisomwa kigufi kiba kirahagarariye aha Na yo isi yari ikidengeri ata kiriho, umwijima wari upfutse inyenga, umutimaLire la suite « Ibisomwa vyo mu giteramo ca Pasika »
Archives de la catégorie : Ijambo ry’Imana
Parole de Dieu
Indwi ya 24 yo mu mwaka : ku wa gatandatu (Années impaires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mw’Ikete rya mbere Umutumwa Pawulo yandikiye Timote (6, 13-16) Mukunzi wanje, ndagusavye imbere y’Imana ibeshaho vyose n’imbere ya Kristu Yezu yashingiye intahe ukuri kwa Ponsiyo Pilato: zigama amategeko y’Umukama, ba intungane ntihagire uwugucishamwo ijisho gushika aho Umukama wacu Yezu KristuLire la suite « Parole de Dieu »
Ijambo ry’ubuzima
Indwi ya 5 yo mw’Ikarema : ku wa mbere IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Umuhanuzi Daniyeli (13, 1-9.15-17.19-30.33-66) Muri irya misi, habaye i Babiloni umuntu yitwa Yoyakimu. Yari yarongoye umugore yitwa Suzana, mwene Hilikiya. Uno mugore yari mwiza cane kandi yarubaha Imana. Abavyeyi biwe bari intungane kandi bari bamureze mu mategeko ya Musa. YoyakimuLire la suite « Ijambo ry’ubuzima »