Amabwirizwa y’Imana ni 10.
1. Usenge Imana yo nsa uyikunde kuruta vyose.
2. Usonere izina ry’Imana.
3. Uhimbaze umusi w’Imana.
4. Usonere so na nyoko.
5. Ntiwice.
6. Ntusambane.
7. Ntiwibe.
8. Ntubeshe.
9. Ntiwipfuze gusambana.
10. Ntiwipfuze kwiba.
L'INTÉGRALITÉ HUMAINE
Amabwirizwa y’Imana ni 10.
1. Usenge Imana yo nsa uyikunde kuruta vyose.
2. Usonere izina ry’Imana.
3. Uhimbaze umusi w’Imana.
4. Usonere so na nyoko.
5. Ntiwice.
6. Ntusambane.
7. Ntiwibe.
8. Ntubeshe.
9. Ntiwipfuze gusambana.
10. Ntiwipfuze kwiba.
Heureusement je suis sauvé par le Christ Jésus. Voir plus d’articles