Les 10 commandements de Dieu

Les 10 commandements de Dieu :* Un seul Dieu tu adoreras et aimeras parfaitement* Son saint nom tu respecteras, fuyant blasphème et faux serment* Le jour du Seigneur garderas, en servant Dieu dévotement* Tes père et mère honoreras, tes supérieurs pareillement* Tu ne tueras pas.* Tu ne commettras pas d’adultère.* Tu ne voleras pas* Tu neLire la suite « Les 10 commandements de Dieu »

Gahahe yarabaye Paruwase ica yitirirwa Yezu Umwungere Mwiza.

Hari mu misa y’isaha zine kuwa gatandatu italiki 15/11/2025  twakira ya ngabire ya Paroisse nshasha ya Gahahe. Paroisse igira kane ivyawe na Paroisse Kinama mu myaka icenda gusa. « Ivyo Umukama yatugiriye n’agatangaza natwe turi mukanyamuneza » Ps 125, 3.

Indero

🚨🚨 INKURU IBABAJE CANE😥😥 Umusore w’imyaka 20 yaciriwe igihano co gupfa kubera yafashwe yivye ibisharizo (bijoux ) mw’iduka abanje kwica umunyezamu w’aho,amukubise ikibando mu mutwe. Hasigaye amasaha make kugira bamunyonge,uburongozi bw’ibohero bwamubajije ico ashaka gukora ubwa nyuma?Nawe asaba ko bamuha urupapuro n’ikaramu yandike ubutumwa bwiwe bwa nyuma. Ni urwandiko rwari rugenewe umuvyeyi wiwe(maman) rwagira ruti:« MuvyeyiLire la suite « Indero »

Catéchèse

CATECHESE DU JOUR PAR Médard Nkunzimana, Catéchiste. THÈME : TU M’AS CHOISI ET TU M’AS ENVOYÉ. LA PAROLE DE DIEU : Jérémie 1,4-10 L’élection de Jérémie4 Alors le Seigneur me donna une parole disant :5 «Avant de te créer dans le sein maternel, je te connaissais.Avant ta naissance, je t’ai choisi,Je t’établis pour être un prophèteLire la suite « Catéchèse »

Inyigisho

INYIGISHO Y’UMUSI NA Médard Nkunzimana, Umumenyeshamana. UMUTWE W’ICIRWA: WARANTOYE, URANTUMA IJAMBO RY’IMANA: Yeremiya 1,4-10 Itorwa rya Yeremiya4 Ni uko rero Umukama anshikiriza ijambo avuga ati:5 «Imbere y’uko ndakurema mu nda y’uwakwibarutse, nari ndakuzi.Utaranavuka, narakwitoreye,ndakugena ngo ube umuhanuzi w’amakungu.»6 Ndaheza mvuga nti: «Ha! Mukama Mana! Ehe sinzi kuvuga, kuko ndacari muto.»7 Umukama na we ambwira ati:«Ntuvuge uti: “Ndacari muto”.Kuko uzogendaLire la suite « Inyigisho »

Les anniversaires de mariage

Les anniversaires de mariage:❣️– 1 an de mariage : noces de coton– 2 ans de mariage : cuir❣️– 3 ans de mariage : froment– 4 ans de mariage : cire❣️– 5 ans de mariage : noces de bois– 6 ans de mariage : chypre❣️– 7 ans de mariage : laine❣️– 8 ans de mariage :Lire la suite « Les anniversaires de mariage »

Les anniversaires de mariage

Les anniversaires de mariage:– 1 an de mariage : noces de coton– 2 ans de mariage : cuir– 3 ans de mariage : froment– 4 ans de mariage : cire– 5 ans de mariage : noces de bois– 6 ans de mariage : chypre– 7 ans de mariage : laine– 8 ans de mariage :Lire la suite « Les anniversaires de mariage »

Les sacrements.

[ SÉMINAIRE :Les Différents SACREMENTS ] 🧡🧡LES SACREMENTS EN GÉNÉRAL🧡🧡 Introduction : Les deux moyens ordinaires de la Grâce sont la prière et les sacrements. Au nombre de sept (de foi définie au Concile de Trente) ils sont les ̏ institutions de la faveur divine ̏. Définition : Un sacrement est un signe sensible (1),instituéLire la suite « Les sacrements. »

La différence entre religion et spiritualité

DIFFÉRENCE RELIGION ET SPIRITUALITÉ : Ce grand homme s’appelait Pierre Teilhard de Chardin, paléontologue, prêtre jésuite , né en France en 1891 et mort en 1955. Voici l’un de ses brillants écrits : ▪ La religion n’est pas seulement une, il y en a des centaines.▪La spiritualité est une. ▪La religion est pour ceux quiLire la suite « La différence entre religion et spiritualité »

Paradis (le Ciel)

PARADIS ♪♪♪♪♪ 10 questions et réponses sur le paradis selon l’enseignement de l’Église catholique : Le paradis est l’état de bonheur éternel en présence de Dieu, où les âmes des justes jouissent de la vision béatifique de Dieu pour l’éternité. Ceux qui meurent en état de grâce, c’est-à-dire dans l’amitié avec Dieu, et qui ontLire la suite « Paradis (le Ciel) »

Questions et réponses sur l’enfer

ENFER🔥 10 questions et réponses sur l’enfer selon l’enseignement de l’Église catholique : 1. Qu’est-ce que l’enfer selon l’Église catholique ? L’enfer est la séparation éternelle d’avec Dieu, causée par le refus volontaire de son amour et de sa grâce. C’est l’état définitif des âmes qui meurent en état de péché mortel sans repentance (CatéchismeLire la suite « Questions et réponses sur l’enfer »

Les quatres types de femmes

𝐋𝐄𝐒 𝟒 𝐓𝐘𝐏𝐄𝐒 𝐃𝐄 𝐅𝐄𝐌𝐌𝐄𝐒 🔞          ________________ [ Ce post n’est pas pour juger, mais il est venu pour aider le couple, la relation intime avec son partenaire ]. Quand vous avez une épouse et vous souhaitez la satisfaire sur le plan sexuel, la première étape est de savoir quel type de femme il s’agit…Lire la suite « Les quatres types de femmes »

Les statues dans l’Eglise catholique

QUESTIONS-REPONSES SUR LES STATUES DANS L’ÉGLISE CATHOLIQUE 10 réponses à des questions sur les statues dans l’Église catholique : 1. Pourquoi l’Église catholique utilise-t-elle des statues dans la prière et la dévotion ? R. L’Église catholique utilise les statues comme des aides visuelles pour rappeler la présence de Dieu, de la Vierge Marie et desLire la suite « Les statues dans l’Eglise catholique »

Monika mweranda

✝️ *UMWERANDA TWIBUKA* 🗓️ *_Igenekerezo rya 27 myandagaro_* *MONIKA (332-387), Umupfakazi* 📖 _Nka kurya kw’izuba riserukiye ku musozi w’Umukama, niko ubutore bw’umupfasoni mwiza buserukira ku rugo rwubatswe neza (Siraki 26, 16)._ Monika yavukiye muri Afrika yo mu buraruko (mu gihugu ca Algeria c’ubu). Amaze kwabirwa n’umushingantahe yitwa Patrisi, avyara abana batatu: Abahungu babiri, Ogustino naLire la suite « Monika mweranda »

Monika mweranda

✝️ *UMWERANDA TWIBUKA* 🗓️ *_Igenekerezo rya 27 myandagaro_* *MONIKA (332-387), Umupfakazi* 📖 _Nka kurya kw’izuba riserukiye ku musozi w’Umukama, niko ubutore bw’umupfasoni mwiza buserukira ku rugo rwubatswe neza (Siraki 26, 16)._ Monika yavukiye muri Afrika yo mu buraruko (mu gihugu ca Algeria c’ubu). Amaze kwabirwa n’umushingantahe yitwa Patrisi, avyara abana batatu: Abahungu babiri, Ogustino naLire la suite « Monika mweranda »

AMABWIRIZWA 10 Y’URUGO RUHIRIWE

*AMABWIRIZWA Y’URUGO RUHIRIWE* 1. Nturyame amatati mufitaniye adatorewe umuti. 2. Uwo mwubakanye umutore ibisokoro ukoresheje urukundo. 3. Muhaririye, gerageza wumve ko mu wundi hariyo ukuri. 4. Kirazira kuvuza induru inzu itarasha. 5. Kirazira kwibikiriza ibintu vyo muri kahise. 6. Wibagire vyose ariko kizire kwibagira uwo mwubakanye. 7. Kirazira ko mushavurira rimwe. 8. Imisi yose uzogeragezeLire la suite « AMABWIRIZWA 10 Y’URUGO RUHIRIWE »

ANGELUS

🌹🎉 ANGELUS🎉🌹 *V*/. L’Ange du Seigneur apporta l’annonce à Marie, qu’elle serait la Mère du Sauveur, *R*/. Et elle conçut du Saint-Esprit.Je vous salue Marie … *V*/. Voici la Servante du Seigneur,*R*/. Qu’il me soit fait selon votre parole.Je vous salue Marie … *V*/. Et le Verbe s’est fait chair,*R*/. Et il a habité parmiLire la suite « ANGELUS »

Comment nous comporter dans la messe (Saint Padre Pio)

Les « 7 conseils sur le comportement à adopter à l’église » du Saint Padre Pio de Pietrelcina :1« Entre dans l’église en silence et avec un grand respect, en te montrant et te considérant indigne de comparaître devant la Majesté du Seigneur. Dès que tu aperçois le Maître Autel, agenouille-toi avec dévotion ». 2«Lire la suite « Comment nous comporter dans la messe (Saint Padre Pio) »

Ku wa Kane mweranda

AMABANGA AHAMBAYE « Akira murye mwese iki ni umubiri wanje uza gutangwa ku bwanyu; akire munywe mwese iyi ni ikalisi y’amaraso yanje, amaraso y’isezerano rishasha kandi rizokwamaho, aza guseswa ku bwanyu no ku bwa benshi. Ivyo murabigire munyibuka » (Lk 22, 19-20; 1Co11, 24-25).Kuri uyu musi ugira 38 w’urugendo rwacu, tuzirikanire hamwe amabanga y’ubusaserdoti na Ukaristiya, nkakoLire la suite « Ku wa Kane mweranda »

Commentaire de Saint Augustin

COMMENTAIRE DE SAINT AUGUSTINSUR L’ÉVANGILE DE JEAN« Il n’y a pas de plus grand Amour que de donner sa vie pour ses amis » La plénitude de l’amour dont nous devons nous chérir mutuellement, frères très chers, le Seigneur l’a définie lorsqu’il a dit : Il n’y a pas de plus grand amour que deLire la suite « Commentaire de Saint Augustin »

Dimanche des Rameaux.

LA SOUFFRANCE DU CHRIST DURERA JUSQU’À LA FIN DU MONDELe dimanche des rameaux  est un jour dramatique plein de contradiction, d’enthousiasme de la foule qui chante Hosanna, les palmes dans la main, et quand arrive le moment de condamnation, elle crie qu’il faut crucifier Jésus. C’est un jour qui synthétise le triduum pascal, marqué parLire la suite « Dimanche des Rameaux. »

Âme du Christ, sanctifie-moi, la prière de Saint Ignace de Loyola.

Âme du Christ,sanctifie-moi.Corps du Christ,sauve-moi.Sang du Christ,enivre-moi.Eau du côté du Christ, lave-moi.Passion du Christ, fortifie-moi.Ô bon Jésus, exauce-moi.Dans tes blessures, cache-moi.Ne permets pas que je sois séparé de toi.De l’ennemi perfide, défends-moi.À l’heure de ma mort, appelle-moi.Ordonne-moi de venir à toi, pour qu’avec tes Saints je te loue, toi, dans les siècles des siècles. Amen

Inyigisho ya Papa François yerekeye Ikarema 2024

IKAREMA 2024: INYIGISHO Y’UMUVYEYI WACU PAPA FRANSISKO «Mu bugaragwa Imana iraducira inzira y’umwidegemvyo » Bavukanyi mwese, Igihugu c’Israeli carategereye uko guhunguka Imana yavuga. Nkako,ubuja baciyemwo bwari bukiri mu bwenge bwabo. Igihugu carahawe mu bugaragwa ayo mabwirizwa nk’inzira ibashikana ku mwidegemvyo. Tuyita «amabwirizwa» kugira ngo dushimangire inguvu Imana ikoresha mu rukundo rwayo mu ngendo yo kureraLire la suite « Inyigisho ya Papa François yerekeye Ikarema 2024 »

Inyigisho ya Papa François yerekeye Ikarema 2024

IKAREMA 2024: INYIGISHO Y’UMUVYEYI WACU PAPA FRANSISKO «Mu bugaragwa Imana iraducira inzira y’umwidegemvyo » Bavukanyi mwese, Igihugu c’Israeli carategereye uko guhunguka Imana yavuga. Nkako,ubuja baciyemwo bwari bukiri mu bwenge bwabo. Igihugu carahawe mu bugaragwa ayo mabwirizwa nk’inzira ibashikana ku mwidegemvyo. Tuyita «amabwirizwa» kugira ngo dushimangire inguvu Imana ikoresha mu rukundo rwayo mu ngendo yo kureraLire la suite « Inyigisho ya Papa François yerekeye Ikarema 2024 »

Inyigisho ya Papa François yerekeye Ikarema 2024

IKAREMA 2024: INYIGISHO Y’UMUVYEYI WACU PAPA FRANSISKO «Mu bugaragwa Imana iraducira inzira y’umwidegemvyo » Bavukanyi mwese, Igihugu c’Israeli carategereye uko guhunguka Imana yavuga. Nkako,ubuja baciyemwo bwari bukiri mu bwenge bwabo. Igihugu carahawe mu bugaragwa ayo mabwirizwa nk’inzira ibashikana ku mwidegemvyo. Tuyita «amabwirizwa» kugira ngo dushimangire inguvu Imana ikoresha mu rukundo rwayo mu ngendo yo kureraLire la suite « Inyigisho ya Papa François yerekeye Ikarema 2024 »

LA DÉVOTION AUX RELIQUES DES SAINTS DANS LA BIBLE

LA DÉVOTION AUX RELIQUES DES SAINTS DANS LA BIBLE ? «Et Dieu faisait des miracles extraordinaires par les mains de Paul, au point qu’on appliquait sur les malades DES LINGES ET DES MOUCHOIRS (reliques) QUI AVAIENT TOUCHÉ SON CORPS, et les maladies les quittaient, et les esprits malins sortaient.» (Actes 19:11-22) « Et comme onLire la suite « LA DÉVOTION AUX RELIQUES DES SAINTS DANS LA BIBLE »

Ikarema 2024, Diyoseze nkuru ya Bujumbura.

📖 INYIGISHO YO MU GIHE C’IKAREMA YO MU MWAKA W’2024 MURI DIYOSEZE NKURU YA BUJUMBURA ITANZWE N’IBIRO NTUNGANYABUTUMWA VYA DIYOSEZE, YEMEJWE N’UMWEPISKOPI MUKURU 🌐 ICIVUGO: «Turabasavye kw’izina rya Kristu ngo mwuzure n’Imana» (2Kor 5,20) 💠 0. INTANGAMARARA Bavukanyi muri Kristu, Imana Dawe yiyerekanye mu Mwana wiwe Yezu Kristu nk’umuvyeyi yuzuye Urukundo n’ubuntu. None rero UrukundoLire la suite « Ikarema 2024, Diyoseze nkuru ya Bujumbura. »

Inzira y’Umusalaba

INZIRA Y’UMUSARABA Yezu Kristu, Mucunguzi wanje, waragiye mu nzira y’umusaraba, ngo uncungure kuko wankunze cane. Nanje ubu ngomba kwibuka ya magorwa wabonye ku bw’ibicumuro vyanje ; bino bicumuro ndabigaye kuko vyakubabaje, ndashaka kugukunda n’umutima wanje wose imisi yose. Mu kugira iyi nzira y’umusaraba, nizigiye kuronka ikigongwe c’Imana abayigira neza baronka, maze n’imitima icishura ibonereho gushikiraLire la suite « Inzira y’Umusalaba »

Questions sur Carême

10 QUESTIONS-RÉPONSES POUR COMPRENDRE ET MIEUX VIVRE LE TEMPS DE CARÊME Le carême est la période de quarante jours qui précède Pâques qui est la fête principale de la religion chrétienne lors de laquelle est célébrée la mort et la résurrection de Jésus-Christ. Dérivant du mot latin « quadragesima » qui signifie « quarantième » et instituéLire la suite « Questions sur Carême »

Ijambo rishikirijwe na Nyenubweranda Papa Fransisko ku musi mpuzamakungu ugira 32 wahariwe abarwaye.

IJAMBO RISHIKIRIJWE NA NYENUBWERANDA PAPA FRANSISKO KU MUSI MPUZAMAKUNGU UGIRA MIRONGO ITATU NA KABIRI WAHARIWE ABAGWAYI Igenekerezo rya 11 ruhuhuma 2024 « Si vyiza ko umuntu aguma ari wenyene » (Amamuko 2, 18) Kuvura umugwayi mu kwitwararika imigenderanire Kuva mu ntango, Imana yaremye umuntu ngo abe mu bunywanyi, mu gushira muri we akaranga k’imigenderanire. NukoLire la suite « Ijambo rishikirijwe na Nyenubweranda Papa Fransisko ku musi mpuzamakungu ugira 32 wahariwe abarwaye. »

Une nouvelle évangélisation

JUBILÉ DES CATÉCHISTES CONFÉRENCE DE S. Em. LE CARD. JOSEPH RATZINGER SUR LE THÈME DE LA NOUVELLE ÉVANGÉLISATION Dimanche 10 décembre 2000 La vie humaine ne se réalise pas d’elle-même. Notre vie est une question ouverte, un projet incomplet qu’il nous reste à achever et à réaliser. La question fondamentale de tout homme est:  comment celaLire la suite « Une nouvelle évangélisation »

ISHAPULE Y’AMAGORWA 7 YA BIKIRA MARIYA

ISHAPULE Y’AMAGORWA INDWI YA BIKIRA MARIYA IGISABISHO GITANGURA Mana yanje, ngutuye iyi shapule, kubera ininahazwa ryawe ryeranda, ngo n’ubahe Umuvyeyi wawe, mukuzirikana, no mugusangira nawe, ububabare, Ndagutakambiye umpe kugaya ibicumuro nakoze, umfashe kwitonda, umpe kwicisha bugufi nkeneye, ngo nshobore kuronka indurujensiya zose zirimwo. IGISABISHO CO KWIGAYA UBUBABARE BWA MBERE (1) : BIKIRA MARIYA AHEREZA IMANALire la suite « ISHAPULE Y’AMAGORWA 7 YA BIKIRA MARIYA »

Ijambo ry’Imana

Indwi ya 22 yo mu mwaka : ku wa gatandatu (Années impaires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mw’Ikete Umutumwa Pawulo yandikiye Abanyakolosi (1, 21-23) Ncuti zanje, namwe nyene, kera mwari kure y’Imana, mwari abansi bayo mu vyiyumviro vyanyu kubera ibikorwa bibi mwakora: ubu ho Imana yariyuzurije namwe mu mubiri wa Kristu kubera urupfu yapfuye, ngo mushobore guserukaLire la suite « Ijambo ry’Imana »

Ijambo ry’Imana

Ku wa 24 Myandagaro : Barutolomeyo mweranda, UmutumwaUmusi mukuru IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Ivyahishuriwe Yohani (21, 9b-14) Jewe Yohani, mbona umumarayika ambwira ati: «Ngw’ino nkwereke Umugeni, ari we mugeni w’Umwagazi.» Araheza aranjana, mu vyiyumviro, ku musozi munini kandi muremure, anyereka igisagara ceranda Yeruzalemu kimanuka kiva mw’ijuru ku Mana, kirimwo ubuninahazwa bw’Imana. Ubusayangane bwaco bwasaLire la suite « Ijambo ry’Imana »

Mariologie

Synthèse des annonces de Marie dans l’Ancien Testament Synthèse des annonces de Marie dans l’A.T. La découvertes des femmes de l’Ancien Testament et des prophéties qui les accompagnent nous montre combien Marie n’est pas une figure isolée, une météore tombée du ciel… La Vierge Marie a été « préparée », et, à postériori, la révélation de l’Evangile permet de voir dans l’Ancien Testament laLire la suite « Mariologie »

Parole de Dieu

Indwi ya 12 yo mu mwaka : ku wa kabiri (Années impaires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Amamuko (13, 2.5-18) Aburamu yari atunze cane, afise ubusho bwinshi, ifeza n’inzahabu. Loti na we, umwe yajanye na Aburamu, yari afise na we ubusho bw’inka n’ubusho bw’intama butari buke, be n’insago nyinshi. Ubwatsi bw’ukuragiramwo ntibwabakwira bompi; itunga ryabo,Lire la suite « Parole de Dieu »

Parole de Dieu

🕯️ Ma Petite Méditation🕯️ Mercredi le 14 juin 2023 Saint Élisée Couleur liturgique : vert Évangile selon saint Matthieu 5, 17-19 «je ne suis pas venu abolir mais accomplir. » 📖 Dans la lettre aux Corinthiens, l’accent est mis sur le fait que les apôtres savent qu’ils ont été choisis et envoyés pour proclamer laLire la suite « Parole de Dieu »

Parole de Dieu

Indwi ya 6 ya Pasika : ku wa mbere IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Ibikorwa vy’Abatumwa (16, 11-15) Ubwato twarimwo buduhanura i Torowasi tugana Samotarasi, bukeye budushitsa i Neyapolisi, bwongera budukura hano gushika no mu gisagara ca Filipo ari co gihambaye mu bindi vyose. Tuhamara imisi itari mike. Ku musi w’isabato, turarenga irembo ry’igisagara tujaLire la suite « Parole de Dieu »

Indwi ya 5 yo mu mwaka : ku wa mbere (Années impaires)IGISOMWA CA MBEREIvyo dusoma mu gitabu c’Amamuko (1,1-19)Mu ntango, Imana yaremye ijuru n’isi. Na yo isi yari ikidengeri atakiriho, umwijima wari upfutse inyenga, umutima w’Imana na wo wareremba ku mazi. Imana iraheza ivuga iti : « Umuco n’ubeho », umuco uca urahaba. Imana ibona ko umuco wari mwiza, itandukanya umuco n’umwijima. Nya muco Imana iwita umutaga, umwijima na wo ijoro. Haba umugoroba hongera haba n’igitondo : uba umusi wambere. Imana ivuga iti : « Nihabe ikirere hagati y’amazi, gitandukanye amazi n’ayandi » ; bica biba uko. Imana irema ijuru, ritandukanya amazi ari mu nsi y’ijuru n’amazi ari hejuru y’ijuru. Imana iraheza yīta ikirêré ijuru. Haba umugoroba, haba n’igitondo : uba umusi wa kabiri. Imana irongera ivuga, iti : « Amazi yose ari mu nsi y’ijuru n’akoranire mu kiyaga kimwe, haheze haboneke isi yumutse. » Bica biba gutyo nyene. Ahumutse Imana ihīta isi, aho amazi akoraniye naho ihīta ibiyaga. Imana ibona ko ari nyavyo. Imana ivuga iti : « Isi niyuzureko ibimera ivyatsi bifise imbuto n’ibiti vyama : na vyo vyame kw’isi ivyamwa birimwo imbuto. » Bica biba gutyo. Isi iraheza iramera ivyatsi vyifitiye imbuto z’ubwoko bwavyo, n’ibiti vyama vy’ubwoko bwavyo birimwo n’imbuto zavyo. Imana na yo ibona ko ari vyiza. Haba umugoroba, haba n’igitondo : uba umusi wa gatatu. Imana ivuga iti : « Nihabe ibimuri hejuru kw’ijuru, bitandukanya umutaga n’ijoro bitubere ibimenyetso vy’imisi mikuru, ivy’imibarwa n’ivy’imyaka. Nibibe ibimuri hejuru biboneshereze isi. » Bica biba uko. Imana irema ibimuri bibiri bikurubikuru : ikimuri kininiya c’ukwihariza umutaga, n’ikimuri co kwihariza ijoro, be n’inyenyeri. Imana iraheza ibishira hejuru kw’ijuru ngo bimurikire isi, bitegeke umutaga n’ijoro, bitandukanye umuco n’umwijima. Imana ibona ko ari vyiza. Haca umugoroba, haca n’igitondo : uba umusi ugira kane.IZABURI 103 (104) l-2a, 5-6, 10.12, 24.35cIcit. : Imana n’ihimbarwe n’ivyiza yagize.Ninahaza Umukama, se mushaha wanje ! Mukama Mana yanje, uri mukuru cane ! Ubukuru n’ubwiza bibarizwa iwawe. Umuco uwikwiza nk’igikwemu.Isi warayitsindagiye urayigumya, nta kizoyinyiganza mu myaka yose. Wari wayōrōsheje inyenga y’amazi ayikikiza hose, ku mitumba niho amazi avyagira.Imyonga uyikura mu bucokwe, ishororonga hagati y imisozi , inyoni z’ijuru zibera hafi yayo, mu mashami y’ibiti ni ho ziryogorera.Ivyiza wakoze ni isinzi, Mukama, kandi wabigiranye ubuhinga ; isi ihinda itunga ryawe. Ninahaza Umukama, se mushaha wanje.INKURU NZIZAAleluya, Aleluya.Umutima wanje uriteze Umukama, ijambo ryiwe ni ryo nizeye.Aleluya.Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk’uko yashikirijwe na Mariko (6, 53-56)Bamaze kujabuka, Yezu n’abigishwa biwe bururukira i Genezareti, barazirika ubwato. Igihe basohotse bava mu bwato, abantu baramumenya, bakwiragira n’ingoga na n’ingoga igihugu cose, baja mu vyo kuzana abarwaye ku nderuzo hose aho bumva ari. Aho yaja hose, ari mu bigwati, ari mu mihana, baza barashira abarwaye ahabona, bakamutakambira ngo abareke bapfume bakora ku buyonga bw’umutamana wiwe ; na bo abaramuka bamukoreko bose barakira.

Hausse des loyers: les étudiants particulièrement touchés

Les étudiants font partie des plus touchés par l’augmentation des prix des loyers, prévient l’Unité de travail pour l’implantation de logement étudiant (UTILE). Le rapport de la Société canadienne d’hypothèques et de logement (SCHL) sur le marché locatif canadien montre que les loyers des logements avec une rotation de locataires ont augmenté en moyenne deLire la suite « Hausse des loyers: les étudiants particulièrement touchés »

Quelques indications bibliques sur certains sujets de la foi catholique.

Les catholiques sont toujours intimidés en leur faisant croire qu’ils font des choses contraires à la Bible, tout simplement parce qu’ ils sont parfois ignorants de ce qu’ils font. Ce qui suit va nous aider à localiser l’endroit OÙ se trouve ce que nous faisons dans la Bible. 1) LA PRIÈRE POUR LES DÉFUNTS2 Mac.Lire la suite « Quelques indications bibliques sur certains sujets de la foi catholique. »

Quelques indications bibliques sur certains sujets de la foi catholique.

Les catholiques sont toujours intimidés en leur faisant croire qu’ils font des choses contraires à la Bible, tout simplement parce qu’ ils sont parfois ignorants de ce qu’ils font. Ce qui suit va nous aider à localiser l’endroit OÙ se trouve ce que nous faisons dans la Bible. 1) LA PRIÈRE POUR LES DÉFUNTS2 Mac.Lire la suite « Quelques indications bibliques sur certains sujets de la foi catholique. »

Inyigisho itumenyesha ibicumuro bitandukanye dukora, umuriro udahera n’ibindi

Bavukanyi dusangiye ukwemera birakenewe ko twibukanya ivyerekeye umuriro udahera n’ibituma abantu bawujamwo, ivyo bikava ku bicumuro bitandukanye bikorwa :-Ibicumuro bigoye n’ibitoyi, -Ukurenga amabwirizwa yaba ay’Imana canke ay’Ekleziya, -Amasakrilego, -Ibicumuro vyo kuri Mutima Mweranda, -Ibicumuro bihamagara Imana guhora, -Ingeso mbi nkuru nkuru indwi (7 péchés capitaux)Bavukanyi hari n’abibwira ko bakwiranye n’Ijuru ariko ugasanga bahereje mu muriro cankeLire la suite « Inyigisho itumenyesha ibicumuro bitandukanye dukora, umuriro udahera n’ibindi »

Amabwirizwa

AmabwirizwaAmabwirizwa 10 y’Imana: Ihunguka 20 Usenge Imana yo nsa uyikunde kuruta vyose Usonere izina ry’Imana Uhimbaze umunsi w’Imana Usonere so na nyoko Ntiwice Ntusambane Ntiwibe Ntubeshe Ntiwipfuze gusambana Ntiwipfuze kwiba Amabwirizwa y Ekleziya 1. Uhimbaze umunsi w’ Imana n imisi mikuru itegerezwa 2.Uyihimbaze mu kuja mu misa, canke mu gusengera hamwe n’abandi kw’ishule 3.Uhabwe isakaramentuLire la suite « Amabwirizwa »

IBISHOBORA GUFASHA UMUNTU

A . IBINTU 3 BIGENDA NTIBIGARUKE Igihe Ijambo Amahirwe B . IBINTU 3 UTAGOMBA GUTAKAZA MU BUZIMA Kwihangana Icizere Kutagira umugayo C . IBINTU 3 BIGOYE GUSABA Urukundo Imbabazi Ubwizigirwa D. IBINTU 3 BITUMYE ABANTU BAMARANA Ubutunzi Amafranga Icubahiro E . IBINTU 3 BISOBANURA UMUNTU Umurimo akora Uko yambara Incuti ziwe F . IBINTU 3Lire la suite « IBISHOBORA GUFASHA UMUNTU »

Ukwemera kwacu.

UKWEMERA KWACU Nemera Imana imwe rudendeData Mushobora vyose, yaremye ijuru n’isi,ibiboneka n’ibitaboneka.Nemera kandi Umukama umwe Yezu Kristu,Umwana w’ikinege w’Imana.Yavyawe na Data ata myaka iravugwa.Ni Imana iva ku Mana, ni Umuco uva ku Muco,ni Imana y’ukuri iya ku Mana y’ukuri:yaravyawe, ntiyaremwe, asangiye k?mére na Se: vyose vyaremewe kuri We.Yavuye mw’ijuru ku bwa twebwe abantu kugira ngoLire la suite « Ukwemera kwacu. »

Ukwemera kwacu

Nicée-Constantinople: Nemera Imana imwe rudende,Data Mushoboravyose, yaremye ijuru n’ isi,ibiboneka n’ibitaboneka.Nemera kandi Umukama umwe Yezu Kristu,Umwana w’ikinege w’Imana,Yavyawe na Data ata myaka iravurwa,Ni Imana iva ku Mana, ni Umuco uva ku Muco,Ni Imana y’ukuri iva ku Mana y’ukuri.*Yaravyawe ntiyaremwe, asangiye kamere na Se,*Vyose vyaremewe kuri We.*Yavuye mw’ijuru kubwa twebwe abantu kugira ngo adukize.Ayo majambo yisaLire la suite « Ukwemera kwacu »

Ukwemera kwacu

Nicée-Constantinople: Nemera Imana imwe rudende,Data Mushoboravyose, yaremye ijuru n’ isi,ibiboneka n’ibitaboneka.Nemera kandi Umukama umwe Yezu Kristu,Umwana w’ikinege w’Imana,Yavyawe na Data ata myaka iravurwa,Ni Imana iva ku Mana, ni Umuco uva ku Muco,Ni Imana y’ukuri iva ku Mana y’ukuri.*Yaravyawe ntiyaremwe, asangiye kamere na Se,*Vyose vyaremewe kuri We.*Yavuye mw’ijuru kubwa twebwe abantu kugira ngo adukize.Ayo majambo yisaLire la suite « Ukwemera kwacu »

Ijambo ry’Imana

Ku wa 22 Mukakaro : Mariya w’i Magdala MwerandaUmusi Mukuru IGISOMWA CA MBERE. Ivyo dusoma mu gitabu c’Úrurírīmbo rw’Ágakūra (3,1-4a) Ku buriri bwanje, mw’ijoro, narondeye uwo umutima wanje wakunze. Namurondeye ariko sinamutoye. Reka mvyuke, nzunguruke mu gisagara, mu mabarabara no ku nama, ndondere uwo umutima wanje wakunze. Namurondeye ariko sinamutoye. Abarinzi bazunguruka mu gisagara banshikiriye,Lire la suite « Ijambo ry’Imana »

Amabwirizwa

AmabwirizwaAmabwirizwa 10 y’Imana: Ihunguka 20 Usenge Imana yo nsa uyikunde kuruta vyose Usonere izina ry’Imana Uhimbaze umunsi w’Imana Usonere so na nyoko Ntiwice Ntusambane Ntiwibe Ntubeshe Ntiwipfuze gusambana Ntiwipfuze kwiba Amabwirizwa y Ekleziya 1. Uhimbaze umunsi w’ Imana n imisi mikuru itegerezwa 2.Uyihimbaze mu kuja mu misa, canke mu gusengera hamwe n’abandi kw’ishule 3.Uhabwe isakaramentuLire la suite « Amabwirizwa »

Ijambo ry’Imana

Indwi ya 14 yo mu mwaka : ku wa gatanu (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Umuhanuzi Ozeya (14, 2-10) Ng’iri iriyazwe n’Umukama: Israyeli we, garuka ku Mukama, Imana yawe, kuko waguye mu rudubi kubera ibicumuro vyawe. Gira amajambo y’ukumuzamba mu kuri, uheze ugaruke ku Mukama. Umubwire uti: «Nkurako ivyaha vyanje, akira iciza. MuLire la suite « Ijambo ry’Imana »

Ijambo ry’Imana

Indwi ya 14 yo mu mwaka : ku wa mbere (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Umuhanuzi Ozeya (2, 16.17b-18.21-22) Ng’iri iriyazwe n’Umukama: Umukunzi wanje yampemukiye, ngira ndamuhendahende, ndamukwegere ahiherereye ndamubwire iriri ku mutima. Na we azonyitaba, nko mu gihe yari akiri muto, nk’umusi yaduga avuye mu gihugu ca Misiri. Ng’iri iryazwe n’Umukama: KuriLire la suite « Ijambo ry’Imana »

Ijambo ry’Imana

Abamaratiri b’i BUGANDA : Aberanda Karoli Lwanga na bagenziwe bapfiriye ImanaMu Burundi, ni umusi mukuru cane IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca kabiri c’Abamakabe (7, 1-2. 9-14) Ha kurenga ku mabwirizwa ya ba Sokuru, twopfuma dupfa. Umusi umwe, abavukana indwi bafatwa kumwe na nyina wabo; umwami Antiyokusi yashaka kubahatira ku nyama z’ingurube itegeko ribuza, abagomorerakoLire la suite « Ijambo ry’Imana »

Ijambo ry’Imana

Indwi ya 12 yo mu mwaka : ku wa gatatu (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca kabiri c’Abami (22, 8-13 ; 23, 1-3) Muri irya misi, umuherezankuka mukuru Hilikiya yabariye umwanditsi yitwa Shafani ati: «Natoye igitabu c’amabwirizwa mu ngoro y’Umukama.» Hilikiya aramuhereza ico gitabu, na we Shafani aragisoma. Maze, uwo mwanditsiLire la suite « Ijambo ry’Imana »

Ijambo ry’Imana

Indwi ya 12 yo mu mwaka : ku wa mbere (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca kabiri c’Abami (17, 5-8.13-15a. 18) Muri irya misi, Umwami wa Ashuri atera igihugu cose, aza n’ugukikiza igisagara ca Samariya imyaka itatu yose. Mu mwaka ugira icenda kuva aho umwami w’Israyeli yitwa Ozeya yimikiwe, ni hoLire la suite « Ijambo ry’Imana »

Ijambo ry’Imana

Umusi mukuru w’Isakramentu Ryeranda mu mwaka C IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Amamuko (14, 18-20) Melkisedeki yashikaniye Imana umukate n’umuvinyu. Mu gihe Ibrahimu yava kurwanya ba bami bane, Melkisedeki, umwami wa Shalemi, yazanye umukate n’umuvinyu, abishikanira Imana, kuko yari umusaserdoti w’Imana idasumbwa. Mu gukeza Ibrahimu, Melkisedekki yavuze ati : “Abrami, uragahezagirwa n’Imana idasumbwa,Lire la suite « Ijambo ry’Imana »

Ijambo ry’Imana

Indwi ya 11 yo mu mwaka : ku wa gatandatu (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Ukwibutsa Ivyabaye (24, 17-25) Umuherezankuka Yehoyada amaze gupfa, abatware bo mu Buyuda baraza gukubita ibipfukamiro imbere y’umwami Yowashi, umwami nyene akumviriza ayo bashaka kumubwira. Abayuda baraheza baraheba ingoro y’Umukama, Imana ya ba sokuru babo, ngo bagendeLire la suite « Ijambo ry’Imana »

Ijambo ry’Imana

Indwi ya 11 yo mu mwaka : ku wa gatanu (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca kabiri c’Abami (11, 1-4.9-18, 20a) Muri irya misi, Hataliya, nyina wa Akaziya, abonye ko umwana wiwe yapfuye, aca atikiza abo mu nda y’ingoma bose. Ariko, Yehoshebahi, ari we mukobwa w’umwami Yehoramu na mushiki wa Akaziya, aca afataLire la suite « Ijambo ry’Imana »

Ijambo ry’Imana

Indwi ya 11 yo mu mwaka : ku wa gatatu (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca kabiri c’Abami  (2, 1.6-14) Ng’ibi ivyabaye mu gihe Umukama yajana Eliya mw’ijuru, mu gihuhusi c’umuyaga. Eliya na Elize bari mu nzira bavuye i Giligali. Araheza Eliya abarira Elize ati: «Guma ngaha, kuko Umukama antumye ku ruzi rwaLire la suite « Ijambo ry’Imana »

IVYIBUKIRO BIGIZE IROZALI

IROZALI N’IVYIBUKIRO VYAYO Kw’izina rya Data n’irya Mwana n’irya Mutima Mweranda. Amen. Inama y’Abatumwa Ndemeye Imana Data Mushoboravyose, yaremye ijuru n’isi, na Yezu Kristu Umwana wiwe w’ikinege, Umukama wacu; yasamwe inda ku bwa Mutima Mweranda, avyarwa na Bikira Mariya; yababaye kuri Ponsiyo Pilato, abambwa ku musaraba; arapfa, arahambwa, agenda guhoza abantu beranda bari bapfuye; kuLire la suite « IVYIBUKIRO BIGIZE IROZALI »

Concevoir un site comme celui-ci avec WordPress.com
Commencer