Hari mu misa y’isaha zine kuwa gatandatu italiki 15/11/2025 twakira ya ngabire ya Paroisse nshasha ya Gahahe. Paroisse igira kane ivyawe na Paroisse Kinama mu myaka icenda gusa. « Ivyo Umukama yatugiriye n’agatangaza natwe turi mukanyamuneza » Ps 125, 3.
