Ijambo ry’Imana, ku wa gatandatu mweranda IGITERAMO CA PASIKA MW’IJORO RYERANDA IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Amamuko (1, 1-2, 2)Igisomwa kigufi : 1, 1. 26-31a. Imana yitegereje ivyo yagize vyose, vyari vyiza cane Mu ntango, Imana yaremye ijuru n’isi Igisomwa kigufi kiba kirahagarariye aha Na yo isi yari ikidengeri ata kiriho, umwijima wari upfutse inyenga, umutimaLire la suite « Ibisomwa vyo mu giteramo ca Pasika »
Archives de l’étiquette : Parole de Dieu
Parole de Dieu
Indwi ya 6 ya Pasika : ku wa mbere IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Ibikorwa vy’Abatumwa (16, 11-15) Ubwato twarimwo buduhanura i Torowasi tugana Samotarasi, bukeye budushitsa i Neyapolisi, bwongera budukura hano gushika no mu gisagara ca Filipo ari co gihambaye mu bindi vyose. Tuhamara imisi itari mike. Ku musi w’isabato, turarenga irembo ry’igisagara tujaLire la suite « Parole de Dieu »
31 ème Dimanche temps ordinaire
Journée mondiale des missions 23/10/2022
Ugusenga ni uguhozako
Ijambo ry’Imana
Ku wa 22 Mukakaro : Mariya w’i Magdala MwerandaUmusi Mukuru IGISOMWA CA MBERE. Ivyo dusoma mu gitabu c’Úrurírīmbo rw’Ágakūra (3,1-4a) Ku buriri bwanje, mw’ijoro, narondeye uwo umutima wanje wakunze. Namurondeye ariko sinamutoye. Reka mvyuke, nzunguruke mu gisagara, mu mabarabara no ku nama, ndondere uwo umutima wanje wakunze. Namurondeye ariko sinamutoye. Abarinzi bazunguruka mu gisagara banshikiriye,Lire la suite « Ijambo ry’Imana »
Ijambo ry’Imana
Indwi ya 14 yo mu mwaka : ku wa gatanu (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Umuhanuzi Ozeya (14, 2-10) Ng’iri iriyazwe n’Umukama: Israyeli we, garuka ku Mukama, Imana yawe, kuko waguye mu rudubi kubera ibicumuro vyawe. Gira amajambo y’ukumuzamba mu kuri, uheze ugaruke ku Mukama. Umubwire uti: «Nkurako ivyaha vyanje, akira iciza. MuLire la suite « Ijambo ry’Imana »
Catéchèse
Umukama yama atwihanganira agasubira kuturesha GUSHASHA. Cfr Osée 2,16-27
Ijambo ry’Imana
Indwi ya 14 yo mu mwaka : ku wa mbere (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Umuhanuzi Ozeya (2, 16.17b-18.21-22) Ng’iri iriyazwe n’Umukama: Umukunzi wanje yampemukiye, ngira ndamuhendahende, ndamukwegere ahiherereye ndamubwire iriri ku mutima. Na we azonyitaba, nko mu gihe yari akiri muto, nk’umusi yaduga avuye mu gihugu ca Misiri. Ng’iri iryazwe n’Umukama: KuriLire la suite « Ijambo ry’Imana »
Ijambo ry’Imana
Abamaratiri b’i BUGANDA : Aberanda Karoli Lwanga na bagenziwe bapfiriye ImanaMu Burundi, ni umusi mukuru cane IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca kabiri c’Abamakabe (7, 1-2. 9-14) Ha kurenga ku mabwirizwa ya ba Sokuru, twopfuma dupfa. Umusi umwe, abavukana indwi bafatwa kumwe na nyina wabo; umwami Antiyokusi yashaka kubahatira ku nyama z’ingurube itegeko ribuza, abagomorerakoLire la suite « Ijambo ry’Imana »
Ijambo ry’Imana
Indwi ya 12 yo mu mwaka : ku wa gatatu (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca kabiri c’Abami (22, 8-13 ; 23, 1-3) Muri irya misi, umuherezankuka mukuru Hilikiya yabariye umwanditsi yitwa Shafani ati: «Natoye igitabu c’amabwirizwa mu ngoro y’Umukama.» Hilikiya aramuhereza ico gitabu, na we Shafani aragisoma. Maze, uwo mwanditsiLire la suite « Ijambo ry’Imana »
Ijambo ry’Imana
Indwi ya 12 yo mu mwaka : ku wa mbere (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca kabiri c’Abami (17, 5-8.13-15a. 18) Muri irya misi, Umwami wa Ashuri atera igihugu cose, aza n’ugukikiza igisagara ca Samariya imyaka itatu yose. Mu mwaka ugira icenda kuva aho umwami w’Israyeli yitwa Ozeya yimikiwe, ni hoLire la suite « Ijambo ry’Imana »
Solennité du Saint Sacrement à Kinama, Archidiocèse de Bujumbura
Ijambo ry’Imana
Umusi mukuru w’Isakramentu Ryeranda mu mwaka C IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Amamuko (14, 18-20) Melkisedeki yashikaniye Imana umukate n’umuvinyu. Mu gihe Ibrahimu yava kurwanya ba bami bane, Melkisedeki, umwami wa Shalemi, yazanye umukate n’umuvinyu, abishikanira Imana, kuko yari umusaserdoti w’Imana idasumbwa. Mu gukeza Ibrahimu, Melkisedekki yavuze ati : “Abrami, uragahezagirwa n’Imana idasumbwa,Lire la suite « Ijambo ry’Imana »
Ijambo ry’Imana
Indwi ya 11 yo mu mwaka : ku wa gatandatu (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Ukwibutsa Ivyabaye (24, 17-25) Umuherezankuka Yehoyada amaze gupfa, abatware bo mu Buyuda baraza gukubita ibipfukamiro imbere y’umwami Yowashi, umwami nyene akumviriza ayo bashaka kumubwira. Abayuda baraheza baraheba ingoro y’Umukama, Imana ya ba sokuru babo, ngo bagendeLire la suite « Ijambo ry’Imana »
Ijambo ry’Imana
Indwi ya 11 yo mu mwaka : ku wa gatanu (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca kabiri c’Abami (11, 1-4.9-18, 20a) Muri irya misi, Hataliya, nyina wa Akaziya, abonye ko umwana wiwe yapfuye, aca atikiza abo mu nda y’ingoma bose. Ariko, Yehoshebahi, ari we mukobwa w’umwami Yehoramu na mushiki wa Akaziya, aca afataLire la suite « Ijambo ry’Imana »
Ijambo ry’Imana
Indwi ya 11 yo mu mwaka : ku wa kane (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca Mwene Siraki (48, 1-14) Umuhanuzi Eliya yarengutse ameze nk’umuriro,ijambo ryiwe ryaka nk’urumuri.Ni we yateye amapfa mu gihugu c’Israyeli,ubwira afitiye Imana bwamutumye amara benshi.Kw’ijambo ry’Umukama, ni we yugaye ijuru,aba ari we amanura umuriro gatatu kose.Ukuntu uninahaye,Lire la suite « Ijambo ry’Imana »
Ijambo ry’Imana
Indwi ya 11 yo mu mwaka : ku wa gatatu (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca kabiri c’Abami (2, 1.6-14) Ng’ibi ivyabaye mu gihe Umukama yajana Eliya mw’ijuru, mu gihuhusi c’umuyaga. Eliya na Elize bari mu nzira bavuye i Giligali. Araheza Eliya abarira Elize ati: «Guma ngaha, kuko Umukama antumye ku ruzi rwaLire la suite « Ijambo ry’Imana »
Ijambo ry’Imana
Indwi ya 11 yo mu mwaka : ku wa kabiri (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca mbere c’Abami (21, 17-29) Bamaze kwica Naboti, Umukama abarira umuhanuzi Eliya ati: «Va hasi, umanuke, muhure na Akabu,Umwami w’Israyeli aba i Samariya. Uramusanga muri wa murima w’imizabibu wa Naboti, ni ho yamanutse ngo awushikire. Umubarire uti: Ng’iriLire la suite « Ijambo ry’Imana »
Mon 14ème anniversaire de mariage
Umwanya wo gushimira Imana ku ngabire y’urugo no ku myaka 14 rumaze.
Ijambo ry’Imana
Indwi ya 18 yo mu mwaka : ku wa gatandatu (Années paires) IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Umuhanuzi Habakuki (1, 12-2, 4) Kuva kera na rindi, mbese ntiwamye uri Umukama, Imana yanje, Umweranda wanje, Wewe udashobora gupfa? Mukama, ico gihugu c’Abakasidimu, wagishinze, ngo gice amateka, wagishinze, wewe Gitandara canje, ngo gitange amahano. Inyonga zawe,Lire la suite « Ijambo ry’Imana »